Mutualité de Santé NDAHA

Mutualité de Santé NDAHA L'objectif est que toute la famille soit assurée, soit aisée.

06/07/2026
Kuri uyu musi Mutualité de Santé NDAHA yatanze ikiganiro kunsamirizi ISOKO FM isamiranira kw'100.4 MHz aho bayaze kubija...
06/07/2026

Kuri uyu musi Mutualité de Santé NDAHA yatanze ikiganiro kunsamirizi ISOKO FM isamiranira kw'100.4 MHz aho bayaze kubijanye n'akamaro ko gutunga ikara ya Mutuelle.
Uwari yaserukiye MUTUALITE NDAHA,Diane NSHIMIRIMANA muvyo yayaze yagize ati:

- Iterambere rironderwa n'abafise amagara meza kandi batekanye kuri kazoze kubijanye n'amagara yako kuko indwara zidasezerana,

- Ati icivugo ca NDAHA nuko Umuryango wose wobaho ufise ubwishingizi maze ukiberaho utekanye,

- Ati MUTUALITE DE SANTE NDAHA ikorana n'amavuriro ya Leta n'ay'abigenga muntara zose z'uburundi aho urwariye niho wivuriza,

- Ati umuntu amenya ivy'imisi yaheze ivy'iyiri imbere ntavyo amenya ari nayo mpamvu abantu bose bokwihutira kurondera Mutuelle kugira bicungere bo nyene n'imiryango yabo,

- Yarangije avuga ko abantu batogira amakenga kuko na Leta irazi ko Mutualités de Santé zibaho kandi zifasha cane abazituye.

- Yatanze na Nomero za terefone kugira uwoshaka kemenya vyinshi kuvya Mutualité de Santé NDAHA abimufashemwo 79714977 / 71251948

01/07/2026

La Mutualité de Santé NDAHA vous souhaite aussi un bon début du Mois de Juillet.
Que Dieu vous donne la bonne santé, vous protège, vous aide, vous bénisse et vous accompagne durant tout mois de Juillet.

Joyeuse Fête tout le monde!
01/07/2026

Joyeuse Fête tout le monde!

08/06/2026

Mukeneye Mutuelle kugira muze murivuza vyoroshe mwe n'imiryango yanyu;

Rondera Mutualité de Santé NDAHA.

+257 79714977/68 469 733

Address

Bujumbura-Burundi
Bujumbura

Telephone

+25768469733

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mutualité de Santé NDAHA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Mutualité de Santé NDAHA:

Shortcuts

Share