STEP of FAITH MÉDIA

STEP of FAITH MÉDIA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from STEP of FAITH MÉDIA, carama, gahahe, Bujumbura.

25/07/2026
📸 Retour en images de YESU INUKA – Live Recording à l'Église Épiphanie.Une soirée remplie de la présence de Dieu, de lou...
22/07/2026

📸 Retour en images de YESU INUKA – Live Recording à l'Église Épiphanie.

Une soirée remplie de la présence de Dieu, de louange et d'adoration, avec la participation des chantres et . Que le nom de Jésus soit élevé au-dessus de toute chose !

🔴 "Iki ni co gihe ku Burundi co kwakira Ubutumwa Bwiza." — Matthew RamosAyo ni yo majambo ya mbere umuvugabutumwa Matthe...
21/07/2026

🔴 "Iki ni co gihe ku Burundi co kwakira Ubutumwa Bwiza." — Matthew Ramos
Ayo ni yo majambo ya mbere umuvugabutumwa Matthew Ramos yashikirije akimara gushika mu Burundi kuri uyu wa 20 Mukakaro 2026.
Avuye muri Afurika y'Epfo, yaje kwitabira igikorane c'ivugabutumwa categuwe na The Cross Ministry. Yavuze ko yari amaze igihe afise iyerekwa ry'uko azoza mu Burundi kandi ko yishimiye kubona igihugu yahora yumva bita umutima wa Afurika.
Yahamagariye Abarundi bose kuzokwitabira ico gikorane no kwitega ibikorwa bikomeye vy'Imana kuva ku wa 24 gushika ku wa 26 Mukakaro 2026, i Mugere kwa Sebatutsi.


  Yesu ageze aho ibintu bisa n'ivyapfuye, ubuzima buragaruka. Uyu musi na wewe urashobora kubona igitangaza cawe. 🙏🔥 Nk'...
07/07/2026

Yesu ageze aho ibintu bisa n'ivyapfuye, ubuzima buragaruka. Uyu musi na wewe urashobora kubona igitangaza cawe. 🙏🔥 Nk'uko Lazaro yazutse, ni ko Imana ishobora kuzura inzozi zawe, ukwizera kwawe n'ivyari vyarapfuye

Igihe c'ubuntu kirageze! 🙏🔥 Umukozi w'Imana arinjiye, imitima yuzuye ivyizigiro, kandi twiteze ko Imana igira ibikomeye....
07/07/2026

Igihe c'ubuntu kirageze! 🙏🔥 Umukozi w'Imana arinjiye, imitima yuzuye ivyizigiro, kandi twiteze ko Imana igira ibikomeye. Uhoraho ahabwe icubahiro cose!

✨ AKANDI KARYO CONCERT TOUR 2026 – Bujumbura, Burundi 🇧🇮Mbega umugoroba w'ivy'ubuntu n'ugusenga! Imana yaradushikiyeko m...
05/07/2026

✨ AKANDI KARYO CONCERT TOUR 2026 – Bujumbura, Burundi 🇧🇮

Mbega umugoroba w'ivy'ubuntu n'ugusenga! Imana yaradushikiyeko mu buryo budasanzwe, imitima iraruhuka, abantu benshi barahumurizwa kandi izina rya Yesu riraninahazwa.

Turashimira bose bitabiriye, abaririmvyi, abarongozi n'abateguye iki gikorwa. Imana ibahezagire cane!

📸 Ng'aya amwe mu mafoto y'ibi bihe vy'agaciro.

Host: Ev.     Iyo si impanuka, ni ubutumire! Nk'uko Yesu yabwiye Zakayo ati: 'Manuka vuba, kuko uyu musi ngomba kwinjira...
05/07/2026

Host: Ev. Iyo si impanuka, ni ubutumire! Nk'uko Yesu yabwiye Zakayo ati: 'Manuka vuba, kuko uyu musi ngomba kwinjira mu nzu yawe.' (Luka 19:5-7). Iyo Yesu akugendeye, ubuzima bwawe burahinduka. Reka umutima wawe umwakire uyu munsi. 🙏❤️

  Mwadushikanye imbere y'Imana biciye mu ndirimbo zanyu. Imana ibahezagire kandi ibongere inkomezi mu gikorwa cayo. ❤️🙏 ...
05/07/2026

Mwadushikanye imbere y'Imana biciye mu ndirimbo zanyu. Imana ibahezagire kandi ibongere inkomezi mu gikorwa cayo. ❤️🙏

"Ijwi ryacu ni ingabire, indirimbo zacu ni uguhimbaza Umwami. ✨🎤""Aho indirimbo z'Imana zivugira, imitima irakira kandi ...
05/07/2026

"Ijwi ryacu ni ingabire, indirimbo zacu ni uguhimbaza Umwami. ✨🎤"
"Aho indirimbo z'Imana zivugira, imitima irakira kandi ivyizigiro bikagaruka. ❤️"

Address

Carama, Gahahe
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when STEP of FAITH MÉDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to STEP of FAITH MÉDIA:

Shortcuts

Share