Igihugu Imbere Burundi

Igihugu Imbere Burundi Pages d'actualitรฉs nationales et internationales

25/08/2026
24/08/2026

๐—™๐—ฎ๐˜‚๐˜๐—ฒ ๐—ฑ๐—ฒ ๐—ฐ๐—ผ๐—บ๐—ฏ๐—ฎ๐˜๐˜๐—ฎ๐—ป๐˜๐˜€ , ๐—Ÿ๐—ฎ ๐—ด๐˜‚๐—ฒ๐—ฟ๐—ฟ๐—ฒ ๐—ฒ๐˜€๐˜ ๐˜๐—ฒ๐—ฟ๐—บ๐—ถ๐—ป๐—ฒฬ

24/08/2026

#๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ : Abaremeshakiyago bo muburere bw'ubuvuzi bwa Ndava, Cibitoke na Rugombo nabo kuva kuri iri genekerezo rya 24/08/2026 batanguye kuronswa inyigisho zizomara iminsi 3, zerekeye ikiza c'indwara ya ๐—˜๐—•๐—ข๐—Ÿ๐—” iriko iriha inkumbi mu bihugu bibanyi cane cane igihugu ca Republika Iharanira Demokarasi ya Congo mu ntumbero yo gukinga tutaraterwa n'ico kiza no mukubategura muguhangana n'ico kiza mugihe coramuka cinjiye. Inyigisho zateguwe n'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bufashwe mumugonga n'ikigo #๐—”๐—ณ๐—ฟ๐—ถ๐—ฐ๐—ฎ๐—–๐——๐—–

23/08/2026

๐—จ๐—บ๐˜‚๐—ด๐—ฎ๐—บ๐—ฏ๐˜„๐—ฒ ๐—–๐—ก๐——๐——-๐—™๐——๐—— ๐—ป๐—ถ ๐˜€๐˜†๐˜€๐˜๐—ฒฬ€๐—บ๐—ฒ

23/08/2026

๐—ง๐—˜๐— ๐—•๐—˜๐—ฅ๐—” ๐— ๐—จ๐—ž๐—”๐—ญ๐—”

23/08/2026

Raba utu turirimbo turyoshe cane twaririmbwe na Chorale Saint Curรฉ d'Ars kw'isabukuru yayo ya 18ans

22/08/2026

#๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ : Umuririmvyi yari agize iminsi akitswe n'amagara mbere biranashika agafungirwa mu bitaro yamaze gutora mitende biturutse n'ukubura uburyo bwo kuriha ibitaro; arakengurukira cane umuryango wa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi kuba waramurihiye Facture yose y'ibitaro yari arwariyemwo. Uno munsi akaba yagaragaye yambaye impuzi zanditseko #๐—ก๐—˜๐—ฉ๐—”

22/08/2026

Ibikorwa rusangi n'iterambere

22/08/2026

๐—”๐—ธ๐—ฎ๐—ฟ๐—ถ๐—บ๐—ฏ๐—ถ ๐—ป๐—ถ ๐—ฅ๐—จ๐—ฆ๐—œ๐—ญ๐—œ ๐—•๐—ฎ๐˜ƒ๐˜†๐˜‚๐—บ๐˜ƒ๐—ฒ ๐—ป๐—ฒ๐˜‡๐—ฎ. ๐—œ๐—ธ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ๐—ป๐˜‡๐—ฒ ๐—ฎ๐—ต๐—ผ ๐—ป๐—ถ ๐—–๐—ผ๐—ป๐—ท๐˜‚๐—ด๐˜‚๐—ฒ๐—ฟ ๐—น๐—ฒ ๐—ฉ๐—ฒ๐—ฟ๐—ฏ๐—ฒ

Address

Bujumbura

Telephone

+25779454981

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Igihugu Imbere Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Igihugu Imbere Burundi:

Shortcuts

Share