Augustin Nsengiyumva

Augustin Nsengiyumva |For more infos contact us on |
My whtsp:+25761317186

Kumengo ntimunshaka manze ndeke gupostinga nk'indwi yose canke ngumizeko ukunyene?
17/08/2026

Kumengo ntimunshaka manze ndeke gupostinga nk'indwi yose canke ngumizeko ukunyene?

Umusaza arabibutsa ko vuba agiye kubatamwo agafilm kubwenge.Mugume mwiteguye
17/08/2026

Umusaza arabibutsa ko vuba agiye kubatamwo agafilm kubwenge.Mugume mwiteguye

Kumenga kuvaho ndamukundiye yaciye atangura kuba mwiza kuruta ukwo vyahora.Murabe neza ko Imana itatanguye kuduhezagira
16/08/2026

Kumenga kuvaho ndamukundiye yaciye atangura kuba mwiza kuruta ukwo vyahora.Murabe neza ko Imana itatanguye kuduhezagira

Si Par Accident ndayipostinze canke ngo mbesheko yipostinze ahubwo ndashaka mumbwire ko ndamutse nkoranye nawe ikindi gi...
16/08/2026

Si Par Accident ndayipostinze canke ngo mbesheko yipostinze ahubwo ndashaka mumbwire ko ndamutse nkoranye nawe ikindi gikogwa vyobanezera.Ninabona mubishaka nzomurondera nkwereke ico nikorera.

Amasengesho afatanye no kwizera ariko atagira urukundo no kugira neza n'igisesema imbere y'uhoraho.Mwirinde ibicumuro ku...
15/08/2026

Amasengesho afatanye no kwizera ariko atagira urukundo no kugira neza n'igisesema imbere y'uhoraho.Mwirinde ibicumuro kugira muzoronke ubuhungiro mwijuru.

Mugire isabato nziza.

Mumbwirire   ko namutije ntamugabiye aho ndahejeje.
14/08/2026

Mumbwirire ko namutije ntamugabiye aho ndahejeje.

Serie nshasha   yabateguriye niyi.Mbasabe mumushigikire uje kuri youtube yiwe mube murafyonda Subscribe murabe n'ibikogw...
14/08/2026

Serie nshasha yabateguriye niyi.Mbasabe mumushigikire uje kuri youtube yiwe mube murafyonda Subscribe murabe n'ibikogwa biriko.

Uri jewe mbwira icotuma utamukunda Angely  babaye batakuroze ibisazi?Ndabasabe ahubwo mufyonde Suivre /Follow kuri yi pa...
13/08/2026

Uri jewe mbwira icotuma utamukunda Angely babaye batakuroze ibisazi?Ndabasabe ahubwo mufyonde Suivre /Follow kuri yi page tumwereke ko namwe mumukunda.

Ivyodukora 😁😁😁😁 .Anyway,Sahili NKURU mbona uwuraho azogusanasana mugihe c'ubusaza.
13/08/2026

Ivyodukora 😁😁😁😁 .Anyway,Sahili NKURU mbona uwuraho azogusanasana mugihe c'ubusaza.

Wovyakira gute nkubu ndabahaye igikogwa turikumwe n'uyumusani?
12/08/2026

Wovyakira gute nkubu ndabahaye igikogwa turikumwe n'uyumusani?

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Augustin Nsengiyumva posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share