14/05/2026
🏥 Murakaza neza kuri page . Shim🏥
Turakora :
✅ Consultation en ligne
✅ Gufasha abarwayi kumenya abaganga binzobere canke ku bitaro bibereye
✅ Gukurikirana abarwayi bari ku miti biciye kure
✅ Gukangurira abarwayi gufata neza imiti yabo no gukurikiza amabwirizwa ya muganga
✅ Gutanga ubufasha bwo gutahura ibimenyetso vy’indwara no kumenya aho bokwitura
⚠️ Ikintu c’ingenzi :
Ntidutanga imiti biciye kure ata kwisuzumisha kwa muganga canke ibipimo bikenewe.
Intumbero yacu ni :
🩺 Guhanura
🩺 Kwigisha
🩺 Gufasha no kwerekeza abarwayi ahabereye
🩺 Gukurikirana amagara y’abarwayi bari mu buvuzi
📌 Mu gihe umurwayi aremvye canke afise ikibazo cihutirwa, niyihutire kwitura ibitaro canke ivuriro rimwegereye.