HeWe Association Burundi

HeWe Association Burundi HeWe Burundi

La Health and Well-being Association (HeWe) est une organisation à but non lucratif œuvrant pour la promotion de la santé, du bien-être et du développement communautaire au Burundi.

16/09/2026
16/09/2026
07/09/2026

Ishirahamwe HeWe Association Burundi ryari ryatunganije kuruyu w'Imana itariki 09/08/2026 igikorwa co kwigisha no gupima indwara ya cancer ifata igihimba c'irondoka c'abagabo arico bita prostate mugifaransa, igikorwa cakorewe abari muri JoggingClub, muganga Reveriyano Ndayirorere avugako abantu bakwiye kumenya ko iyo ndwara ahanini ifata abatama, yihariye abagabo gusa, ati ni indwara kandi ivurwa igakira mugihe umuntu yipimishije hakiri kare itarakwira umubiri wose.

Ibi n'ibindi vyinshi nivyo uyu musi tugiye kurabira hamwe kuri Magazine Sante Burundi TV uciye kuri link iri muri commentaire.

Ministère de la Santé Publique et de la Lutte contre le Sida / Burundi


yacu

HeWe Association Burundi
11/08/2026

HeWe Association Burundi

Address

Mukaza/Rohero
Bujumbura
109

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when HeWe Association Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share