UMUTI

UMUTI Nitwa NTABAJANA Mathias Umurimyi mworozi nkaba nkoresha ifumbire Nutriplant

06/02/2025
Nutriplant ifumbire yizewe 100%
06/02/2025

Nutriplant ifumbire yizewe 100%

*AKAMARO KA NUTRIPLANT* ‼️🌾 NUTRIPLANT IRIMWO ICO TWOKWITA *Macroelements: N,P,K,Cl,Ca,B,Mn,Mg,Mo,Zn,Fer,Cu na S.      U...
06/02/2025

*AKAMARO KA NUTRIPLANT* ‼️

🌾 NUTRIPLANT IRIMWO ICO TWOKWITA *Macroelements: N,P,K,Cl,Ca,B,Mn,Mg,Mo,Zn,Fer,Cu na S.

UFISE ICUBAZA,TEL:+25769308269

IBI BIKABA BIRIMUVYO IGITEGWA GIKENEYE CANE NK'INGABURO YACO.KANDI MURAZI KO IZINDI FUMBIRE MWAKORESHA MWARONKA *N,P,K* gusa🤔🤣izo zindi éléments ntazo mwaronka,ariko muri NUTRIPLANT zirimwo zose kandi nubwo mwahor mushiramwo izidakwiye, igiterwa kirazikeneye nizo zindiii,mbere natwe turazikeneye mumagara yacu.murumva rero KO ibiterwa habaho kubisonzesha arik muri NUTRIPLANT kiba cishuwe n'ingoga kandi igiterwa kibironkera rimwe kitiriwe kirasonza,kigatora ivyo gukeneye vyihuta.ivyo kidakoreshej bisigara mw'ivu niyompamv ISI ica yongera kumera neza,bizoca bitorwa n'ikindi giterwa uteyeho kibikeneye k*k ibiterwa ntibikenera éléments Zimwe.

*Murizo éléments nutritifs harimwo izituma igiterwa kimera gisa neza,harimwo izituma igiterwa kitarwaragurika,kigakurana amagara meza, harimwo izituma kigira umutumba uvyibushe n'amababi manini kandi atagasa,kand kigashamika mumbavu, harimwo izituma igiterwa kigira imizi igera Kure kandi uko igera Kure Niko ironkayo ibindi bikomeza igiterwa,harimwo éléments zituma vyama Cane kandi ivyo vyamwa bikaba binini, harimwo éléments zituma amashurwe adahunguruka.kandi upofye Vyose uba ubishiriyeko rimwe kikabironka kitiriwe kirasonza.igiterwa kirose ivyo ucusigara witega kwimbura umusesekara*

🌾IRIMWO KANDI *ACIDE HUMIQUE* IKURA UMURURAZI MWISI. N'UKUVUGAKO IRAKORA NK' *ISHWAGARA* MBERE KURUTA ISHWAGARA

🌾IRIMWO *IMISEMBURO ITUMA IGITEGWA GIKURA NEZA*( Auxines, Cytokinines, Gibbérellines) KIGAKURANEZA NTIKIGWARAGURIKE KIKAGIRA UMUTUMBA UKOMEYE (TIGE),UGASANGA KIRATAGASE NEZA KUKO KIBA CARONSE IBIKWIYE KANDI IKORA KUBITERWA VY'UBWOKO BWOSE

🌲🌴NI *ANGRAIS BIOLOGIQUE* KANDI NI *ANGRAIS FOLIAIRE* MUKUYIKORESHA *UPOMPA KUMABABI Y'IBITERWA*

🐄 *ARIKUBIKOKO* NAHO USHIRA MUMAZI UKABIHA.k*ko za éléments nutritifs zirimwo ziba ingaburo kubitungwa

🐂 UBIGABURIYE IYO NUTRIPLANT BIRAVYIBUHA,BIGAKAMWA MENSHI KUBIKAMW NTIBIGWARAGURIKA,BIKURA KURUGERO GWIZA CANE. KANDI *UYIHA IBITUNGWA VYOSE*

✍🏻✍🏻 *NUTRIPLANT NTACO YONONA* KUBUZIMA BW'IBITERWA NOKUBINYABUZIMA BIBA MWIVU ARIKO MUBUTAKA ISUBIZA AKANOVERA ISI

Aha nikubera Nutriplant,Tugwize umwimbu,umunwa uronke ucufungura n'umupfuko uronke ucubika
06/02/2025

Aha nikubera Nutriplant,Tugwize umwimbu,umunwa uronke ucufungura n'umupfuko uronke ucubika

Address

Ngozi
0000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UMUTI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to UMUTI:

Share

Category