Ham Harvest

Appeler Itinéraire Contacter le cabinet

Ham Harvest Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Ham Harvest, Site web santé et bien-être, Montreal, QC.

Hari benshi dukomeza kandi twarakomeretse kubarusha,  ndazi ko abuzuranye ibikomere ari benshi ariko mukomere hari Imana...
10/10/2026

Hari benshi dukomeza kandi twarakomeretse kubarusha, ndazi ko abuzuranye ibikomere ari benshi ariko mukomere hari Imana izobakiza inguma zose,ninkovu zikazimangana,

Gusa haragiwe uwuteza ibikomere abandi,
Ndakwinginze wirinde gutuma mugenzawe agira ibikomere , batume babigutera ariko weho wirinde kubitera abandi. Kuko ivyo umuntu abiba nivyo azokwimbura .

Murakoze ni Ernest Ham chef,nutritionniste diététicien love you 👍

Ngiyi group wtsp:  harabasavye ko boja mub**a imyuga: gukora ama vin,ama gateaux,champeau, savon solide ,liquide ,amavut...
10/07/2026

Ngiyi group wtsp: harabasavye ko boja mub**a imyuga: gukora ama vin,ama gateaux,champeau, savon solide ,liquide ,amavuta, cuisine, nutrition, entepreneuriat,... Ngiyi group wtsp kubatarinjira binjire babaze ido nido muri group. Ni Ernest ham ndabakunda muzonshimira munyuma ♥️

https://chat.whatsapp.com/FwX2sokuqcO3a7QSHD77yu?s=cl&p=a&ilr=4&iam=2

10/06/2026

Burya nuko, ndazi muzonshimira munyuma

10/04/2026

Ngiyi group wtsp : guhera kububahwa, nabaciye bugufi, mwese ntamuntu akwiye kurata aya mahirwe ✅. Iyi ni promotion ihushanye caneee nizindi mwabinye, mumutima w'urukundo, ivyo nize mumahera yagaciro nemeye kubibaha nko kubuntu, icusabwa nukwiyakdikisha gusa ibibanza bikihari, bwira mugenzawe, abana bawe muzanane ntimurate ino oportunite, injira mwiyi group wtsp wunve ido nido. Muzonshimira munyuma ♥️❤️https://chat.whatsapp.com/H67Mjq9uDCC4GPVw1prZ3P

Canke duhamagare kuri+257 76 37 04 95

09/29/2026

Nukuri pe, gateaux zacu nisawa cane kuko ni promotion ♥️ntimwitinye, tubibutsa ko dufise na restaurant duteka neza cane vraiment. Ikindi tubigisha no kubikora, muzodushimira munyuma ♥️ . Uyu mwigeme we wibaza ko yoba asengera muyihe dini?🤣🤣

Burya bino biratahuritse? Canke ndabisigure ??
09/29/2026

Burya bino biratahuritse? Canke ndabisigure ??

Hi,  ndabifurije ibihe vyiza iyo aho muri hose, Imana ibitwararike,♥️ nongera ndabaha group wtsp yabashaka kwiga imyuga ...
09/28/2026

Hi, ndabifurije ibihe vyiza iyo aho muri hose, Imana ibitwararike,♥️ nongera ndabaha group wtsp yabashaka kwiga imyuga nko gukora gateaux nibindi ngiyo injiramwo umenye ido nido

09/27/2026

Turacariko tubakira karibu group wtsp ngiyi, uri hanze yigihugu tumira tumira incuti yawe iri muburundi,yihe link yinhire muri wtsp canke mutwandikire kuri+257 76 37 04 95 muzodushimira munyuma ♥️ ni ham nutritionniste ndabakunda cane ❤️

Muntahure ndabinginze 🙏 ndazi neza ntawukundwa na bose,  ariko vyukuri kuruhande gwanje ivyo wabonye ntabakorera nuko nt...
09/25/2026

Muntahure ndabinginze 🙏 ndazi neza ntawukundwa na bose, ariko vyukuri kuruhande gwanje ivyo wabonye ntabakorera nuko ntaba ndabishoboye canke vyo mbuza amahoro kuko nanka ibimbuza amahoro mubuzima ♥️🫵❤️

Ariko kugusa ntimubobe ivyagenze nabi gusa kuko nanje ndumuntu, gusa kubimbwira muri commentaire vyonfasha guhindura no kwikosora,igihe utombeshera.

Ariko nanje munshimire ibi nkiriho:

1) Ndara amajoro, nkora inyigisho zamagarayanyu kugira mubeho mutababaye,ntababeshe kugira video canke inyandiko bibashikire biba vyantwaye inguvu nyinshu mutokwibaza, nuko mbakunda cane ❤️❤️♥️

2) Hari ubumenyi inzi bwinshi nubu murazi nahora mumahanga kurahura, bintwara ama milioni (millions) menshi cane , ariko kugira umutima wo kubibaha murukundo nkuko mbikora ntimwibaze ngo vyoshobora bose pe,nuko mbakunda cane ❤️❤️

4) nari kuvuga vyinshi ariko umuriro uramperanye muri fone 😭😭 reka ngezaha.

Gusa nyemba ubona harico nkumariye canke unkunda nabukeya 🙏🙏 mbimbwire birasanzwe bimpa inguvu, nturindire kuzobimbwira nitavye Imana ntari bukwunve 👌👌

Itangazo

Turiko turandika abandi b**a ibidasanzwe, ntucikwe karibu wiyandikishe,ushaka amakuru yiranvuye injira mwiyi group wtsp. Muzonshimira munyuma 🫵🫵

https://chat.whatsapp.com/H67Mjq9uDCC4GPVw1prZ3P

09/24/2026

Imana yo mwijuru niyo cabona, kumuntu wese atarahonja zino nyama, amenye neza ko yahonvye. ❤️❤️Ndabinginze nkundira mubigerageze mubiteke mwunve ukanovera kavyo gusa muzokwibuke kunshimira munyuma ❤️❤️ ndabakumda cane . Kubashaka nabo kwiga imyuka link ya hroup wtsp bunviramwo ido nido ngiyi. https://chat.whatsapp.com/H67Mjq9uDCC4GPVw1prZ3P

Adresse

Montreal, QC

Téléphone

+25762532582

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Ham Harvest publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter Le Cabinet

Envoyer un message à Ham Harvest:

Raccourcis

Sponsorisé

Partager